Tuesday . 2 June 2026

INKURU ZIGEZWEHO

  • 25 May » Rubavu: Abazahembwa muri Rubavu Music Awards and Talent Detection bamaze gutoranywa – read more
  • 12 May » Rwanda: Hazatangwa ibikombe 2 muri Shampiyona – read more
  • 9 May » Rubavu: Itorero EAR ryateguye igikorwa cyo kwibuka Jenoside yakorewe Abatutsi mu 1994 – read more
  • 27 April » Rubavu: Rubavu Music Awards and Talent Detection igiye kongera kuba bwa kabiri – read more
  • 27 April » RDC: Hashyizweho umutwe ushinzwe kurinda ibirombe – read more

Perezida Pierre Nkurunziza w’u Burundi yapfuye

Tuesday 9 June 2020
    Yasomwe na

By Imfurayabo Pierre

Guverinoma y’u Burundi yatangaje ko Perezida usoza manda ye muri iki gihugu, Pierre Nkurunziza, yapfuye aguye mu bitaro bizwi nka Hôpital du cinquantenaire Natwe Turashoboye bya Karuzi, akaba yishwe no guhagarara k’umutima.

Itangazo ryashyizweho umukono n’umunyamabanga Mukuru akaba n’umuvugizi wa Guverinoma, Prosper Ntahorwamiye, rivuga ko Nkurunziza kuwa Gatandatu yari muzima ndetse akareba umukino wa Volleyball i Ngozi ariko byagera nijoro akamererwa nabi akajyanwa kuvurirwa mu bitaro bya Karuzi.

Mw’iryo tangazo, leta ivuga ko ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 06 z’uku, Perezida Nkurunziza yiriwe ameze neza, mbere akaba yaragiye kurorera urukino rwa volleyball i Ngozi.

Riti : « Niho rero mw’ijoro ryo kuri uwo wa 06/06/2020 rishira uwa Mungu yumva atameze neza aca anyarukira ku bitaro vyo mu Karusi kwivuza ».

« Ku wa Mungu yiriwe ameze neza mbere aranaganira n’abantu ».

« Iryo tangazo rivuga ko ibintu vyagiye guhinduka mu masaha y’igitondo c’ejo k uwa mbere aho umutima wahagaraye.

Rivuga ko abaganga bagerageje kumuhembura ariko bikaba ivy’ubusa.

Guverinoma y’u Burundi yatangaje ikigandaro c’iminsi ndwi.

Urwo rupfu ruje inyuma y’iminsi itari mike hari amakuru yakwiriye ku mbuga ntangamakuru ko hari bamwe mu bategetsi muri leta y’u Burundi boba baranduye coronavirus.

Mu bavugwamwo harimwo n’umuryango w’umukuru w’igihugu, ariko ayo makuru yose akaba yarahakanywe.

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu, Denise Nkurunziza igenekerezo 28 z’ukwezi gushize kwa gatanu yatwawe i Nairobi muri Kenya kuvurwa indwara itaramenyekana gushika ubu.

Mu mpera z’indwi iheze, humvikanye ubutumwa (audio) bivugwa ko ari ubwa Madamu Nkurunziza yarungikiye abasengera mu itorero rimwe na we, abamenyesha ko amaze gutora mitende kubera ko bamusengeye.

Muri ubwo butumwa ntavuga aho arwariye.

Ku igenekerezo rya 20/08/2020, Bwana Nkurunziza yagombaga guhererekanya ubutegetsi na Evaritse Ndayishimiye aheruka gutsinda amatora y’umukuru w’igihugu yabaye mu kwezi guheze.

feature-top
feature-top

Any message or comments?

pre-moderation

This forum is pre-moderated: your contribution will only appear after being validated by an admin.

Who are you?
Log in
Your post

To create paragraphs, just leave blank lines.

Iyandikishe ujye ubona Amakuru

Iyandikishe ujye ubona Amakuru